Dataset Viewer
Auto-converted to Parquet
eng
stringlengths
1
588
run
stringlengths
1
754
GOD has disappeared , but the Devil remains .
IMANA yarazimanganye , ariko Shetani agumaho .
Molecular evolution is not based on scientific authority
Ivy 'ihindagurika ry 'agahimba kitwa molekile ntibishingiye ku bintu vyemezwa na siyansi
Many times he made his anger turn back , and he would not rouse up all his rage .
Kenshi iroresha irya uburake bgayo , ntikangure uburake bgayo bgose .
Come and Serve as Our Commander
N 'uze ube umugabisha wacu
I have been able to return to Jehovah because he drew me back
Nagarutse kuri Yehova kubera ko yasubiye kunkwēgēra
Please forgive me .
Ndasavye se mungirire ikigongwe .
Always lean on Jehovah and accept what he permits
Niwame wiheka kuri Yehova kandi wemere ivyo aretse bikaba
A BLESSING UNTIL THERE IS NO MORE WANT
UMUHEZAGIRO GUSHIKA AHO HADASUBIRA KUBAHO UMUKENO
Pursue . . . Faith
Ukurikirane . . . ukwizera
O the depth of God 's riches and wisdom and knowledge !
Yō , uburebure bg 'amajepfo bg 'ubutunzi bg 'ubgenge no kumenya vy 'Imana !
" The nations are like a drop from a bucket . " - ISAIAH 40 : 15
" Amahanga ni nk 'ima ryo mu ndobo . " - YESAYA 40 : 15
When does the " great tribulation " begin ?
" Amakuba akomeye " azotangura ryari ?
I am with you all the days until the conclusion of the system of things . " - MATT .
" Ehe ndi kumwe namwe imisi yose gushika ku nsozero y 'ivy 'isi . " - MAT .
Look ! How good and how pleasant it is for brothers to dwell together in unity !
" Ewe kuntu ari vyiza kand 'ar 'ivy 'igikundiro kw abavukana babana nyakubana " !
Marital Disagreements , 6 / 1
" Gume mwerekana ico mwebwe ubwanyu muri " , 15 / 7
THE vision of Obadiah .
" IVYO Obadiya yeretswe " .
" The spirit searches into all things , even the deep things of God . " - 1 CORINTHIANS 2 : 10 .
" Impwemu isesangura ibintu vyose , mbere n 'ibintu vyimbitse vy 'Imana " . - 1 ABAKORINTO 2 : 10 .
" Christ has been raised from the dead , the firstfruits of those who have fallen asleep in death . " - 1 Corinthians 15 : 20 .
" Kristu yarazuwe mu bapfuye , aba umushuzo w 'abasinziriye mu rupfu . " - 1 Abakorinto 15 : 20 .
" Have you set your heart upon my servant Job , that there is no one like him in the earth , a man blameless and upright , fearing God and turning aside from bad ? " - JOB 1 : 8 .
" Mbega witegereje umusavyi wanje Yobu , yukw ata wuhwanye na we mw isi , ar 'umuntu atunganye w 'umugororotsi , anyubaha , akitandukanya n 'ikibi ? " . - YOBU 1 : 8 .
" Rejoice with people who rejoice ; weep with people who weep . " - ROMANS 12 : 15 .
" Munezeranwe n 'abanezerewe ; murirane n 'abarira . " - ABAROMA 12 : 15 .
" We have never had a more effective service overseer in our congregation than Albert , " says James , the presiding overseer .
" Mw 'ishengero ryacu , ntitwigeze tugira umucungezi w 'umurimo yatubereye kirumara kuruta Albert " .
Jehovah 's " Saying " Safeguard You , 9 / 1
" Mwaguzwe igiciro " , 15 / 3
" Teacher , what good must I do in order to get everlasting life ? " - Matthew 19 : 16 .
" Mwigisha , nkore iciza ki ngo ndonke ubu [ zima ] budashira ? " - MATAYO 19 : 16 .
YOU must not let people call you ' leaders ' - you have only one leader , Christ !
" NTIMUKITWE ' indongozi ' , kuko Indongozi yanyu ari imwe , ni Kristu " .
" No Road Too Rough or Too Long " ( Australia ) , Feb .
" Niwizigire Yehova , ukore iciza , " Nzero
" Noah , Daniel , and Job . . . would be able to save only themselves because of their righteousness . " - EZEK .
" Nowa , Daniyeli na Yobu . . . abo ubwabo bokijije ubuzima bwabo kubera ubugororotsi bwabo . " - EZK .
In modern times , how has " the true knowledge " become known ?
" Ubumenyi nyakuri " bwamenyekanye gute mu bihe vya none ?
You yourself produced my kidneys ; you kept me screened off in the belly of my mother .
" [ Ni ] wewe waremye amafyigo yanje ; wanteranirije mu nda ya mama " .
' There Will Come to Be the Way of Holiness '
' Hazobaho Inzira Nyeranda '
I Am Convinced That There Is a Creator
' Narajijutse yuko hariho Umuremyi '
' The Lip That Endures '
' Umunwa wamaho ibihe bidahera '
A miniature " day of Jehovah " came in 607 B.C.E . when Jehovah executed vengeance upon his wayward people .
' Umusi wa Yehova ' mutoyi waraje mu 607 B.G.C . igihe Yehova yashitsa uguhora ku bantu biwe b 'imburabugirire .
The heart of the righteous one meditates so as to answer
' Umutima w 'umugororotsi urazirikana ivyo wishura '
( 3 ) And God is our best Friend .
( 3 ) Imana ni yo Mugenzi wacu mwiza kuruta abandi bose .
( Compare Matthew 7 : 24 , 25 . )
( Gereranya na Matayo 7 : 24 , 25 . )
Hence , Jehovah 's Witnesses do not repeat a marriage by having multiple legal ceremonies , nor do they renew marriage vows , such as on a couple 's 25th or 50th wedding anniversary .
( Mu madini amwamwe ntibafatana uburemere ibirori vy 'ubugeni bwemewe n 'amategeko bwagizwe mu gusezerana muri Leta gusa .
( See the box " Why Some People Do Not Delegate . " )
( Raba uruzitiro ruvuga ngo " Igituma bamwebamwe batazeza abandi amabanga . " )
( Read 1 Kings 15 : 11 - 13 . )
( Soma 1 Abami 15 : 11 - 13 . )
( Read 2 Corinthians 6 : 4 , 7 . )
( Soma 2 Abakorinto 6 : 4 , 7 . )
( Read Ephesians 5 : 23 , 24 . )
( Soma Abanyefeso 5 : 23 , 24 . )
( Read John 12 : 34 . )
( Soma Yohani 12 : 34 . )
For the very poor , Jehovah chose to make an exception and allow a sin offering without blood .
( Umurongo wa 11 , NW ) Ku bantu baba bakenye cane , Yehova yahisemwo kubemerera ikintu atemerera abandi , mu kwemera ishikanwa ry 'igicumuro ritarimwo amaraso .
12 / 15 Should You Pray ?
( Yr 31 : 15 ) , 15 / 12
( a ) How did David feel while being mistreated by Saul ?
( a ) Dawidi yiyumvise gute igihe yariko arafatwa nabi na Sauli ?
( a ) How should we view secular pursuits ?
( a ) Dukwiye kubona gute akazi k 'umubiri ?
( b ) How should older ones address younger ones , and why ?
( b ) Abakuze bakwiye kuvugana gute n 'abakiri bato , kandi kubera iki ?
( b ) How should we view Jehovah 's " sacred secret " ?
( b ) Dukwiye kubona dute " ibanga ritagatifu " rya Yehova ?
( b ) What does the book of Hebrews say about the sacred service performed at both the tabernacle and the temple ?
( b ) Igitabu c 'Abaheburayo kivuga iki ku vyerekeye ubusuku bweranda bwarangurirwa kw itaberenakulo no ku rusengero ?
( b ) What role does prayer play in giving comments ?
( b ) Isengesho rirangura uruhara uruhe mu bijanye no gutanga insasanuro ?
( b ) What can we deduce from this ?
( b ) Ivyo bituma dushobora gushika ku kihe ciyumviro ?
( b ) How did some Christians fail to be firm in upholding godly teachings ?
( b ) Ni gute Abakirisu bamwebamwe bananiwe gushikama mu gushigikira inyigisho zijanye no kuyoboka Imana ?
( b ) What do the remaining verses of Isaiah chapter 60 tell us ?
( b ) Ni ibiki imirongo isigaye yo muri Yesaya ikigabane ca 60 itubwira ?
( b ) What might cause our hands to drop down ?
( b ) Ni ibiki vyoshobora gutuma amaboko yacu aregera ?
( b ) What additional sacrifices are some able to make ?
( b ) Ni ibikorwa vy 'inyongera ibihe bamwebamwe bakora ?
( b ) What should the apostle Paul 's experience teach us ?
( b ) Ni igiki dukwiye kwigira ku vyashikiye intumwa Paulo ?
( b ) What is sure to overtake ridiculers ?
( b ) Ni igiki gitegerezwa kuzohwikira abacokoranyi ?
( b ) What have you learned from the examples of Simeon and Anna ?
( b ) Ni igiki wigiye ku karorero ka Simeyoni be n 'aka Ana ?
( b ) What sad situation may arise in adulthood , and how can this be avoided ?
( b ) Ni ikintu kibabaje ikihe gishobora gushika umuntu amaze gukura , kandi wocirinda gute ?
( b ) What issue did one Christian face , and how did she deal with it ?
( b ) Ni ingorane iyihe yashikiye umukirisu umwe , kandi yayitoreye umuti gute ?
( b ) Why may we at times be unable to do all that we would like to do in serving God ?
( b ) Ni kuki hogira ibihe tudashobora gukora ivyo twashaka gukora vyose mu gusukurira Imana ?
( b ) What contrast does Jehovah see when he observes today 's world ?
( b ) Ni ubudasa ubuhe Yehova abona iyo yihweje isi ya kino gihe ?
( b ) How might Satan deceive us regarding the matter of urgency ?
( b ) Shetani yoshobora gute kuduhenda kugira ntitubone ko ibintu vyihutirwa ?
( b ) After meditating on Jesus ' illustration , what are you determined to do ?
( b ) Umaze kuzirikana kuri ico kigereranyo ca Yezu , wiyemeje iki ?
( b ) The shepherd of Bible times provided what care for his sheep , and what does this teach us about our Great Shepherd ?
( b ) Umwungere wo mu bihe vya Bibiliya yabungabunga gute intama ziwe , kandi ivyo bitwigisha iki ku bijanye n 'Umwungere wacu Mukuru ?
( b ) How did Jehovah respond to the rebellion in Eden ?
( b ) Yehova yavyifashemwo gute igihe haba bwa bugarariji bwo muri Edeni ?
( b ) What example did Jesus set regarding meetings for worship ?
( b ) Yezu yatanze akarorero akahe mu bijanye no gukoranira hamwe ku bwo gusenga ?
( c ) What assurance does the Bible give us about Jehovah 's willingness to forgive ?
( c ) Bibiliya idukura amazinda gute ku vyerekeye umutima Yehova afise wo kuduharira ?
* - Ecclesiastes 9 : 5 , 10 .
* - Umusiguzi 9 : 5 , 10 .
* This useful provision helps people to learn to read , usually in their local language .
* Iyo ntunganyo y 'ingirakamaro irafasha abantu kwiga gusoma , akenshi bikagirwa mu rurimi rukoreshwa muri ako karere .
* Nevertheless , he did not show any partiality toward him , or favor him over the other disciples .
* Mugabo rero , ntiyigeze amugirira nkunzi , canke ngo amutoneshe gusumba abandi bigishwa .
* This key truth helps us to unlock much of the meaning of Ezekiel 's temple vision .
* Ukwo kuri ngenderwako kuradufasha gutahura nyinshi mu nsiguro z 'ivyo Ezekiyeli yeretswe vyerekeye urusengero .
* The sister relates : " Many told me they were praying for me ; others phoned me .
* Uwo muvukanyikazi yigana ati : " Benshi barambwira ko bansengera ; abandi bakampamagara kuri telefone .
* And that faith rests on research and sound reasoning , not myths or speculation .
* Vyongeye , ivyo bemera bishingiye ku bushakashatsi no ku vyiyumviro vyumvikana , ntibishingiye ku bitito canke ku vyiyumviro bitagira ishingiro .
1 , 2 . ( a ) The arrangements in connection with the temple would have what effect on God 's people ?
1 , 2 . ( a ) Indinganizo zijanye n 'ibikorerwa ku rusengero zogiriye akamaro akahe abasavyi b 'Imana ?
11 , 12 . ( a ) What was a source of harmful ideas in the first - century congregation ?
11 , 12 . ( a ) Mw 'ishengero ryo mu kinjana ca mbere , ivyiyumviro vyonona vyava kw 'isoko irihe ?
11 : 29 ; Rev .
11 : 29 ; Ivyah .
12 , 13 . ( a ) How did Jesus demonstrate zeal , and what motivated him ?
12 , 13 . ( a ) Yezu yagaragaje gute umwete , kandi ni ibiki vyabimutuma ?
NOVEMBER 12 - 18 , 2012
12 - 18 MUNYONYO 2012
12 The Bible - A Book of Accurate Prophecy Part 7
12 Bibiliya - Igitabu c 'ubuhanuzi bw 'ukuri - Igice ca 7
13 Why Must We " Keep on the Watch " ?
13 Kubera iki dukwiye ' kuguma turi maso ' ?
The River Thames coursed through London and was contaminated by cholera - infected sewage , which is reflected in many illustrations from that era
13 ] Uruzi Tamise rwaca mu gisagara ca Londres kandi rwari rwarandujwe n 'amazi y 'umwanda yarimwo umugera wa kolera yava mu mazu , rukaba rwerekanwa mu bicapo vyinshi vyo muri ico gihe
14 : 22 - 24 ; 2 Chron .
14 : 22 - 24 ; 2 Ngo .
14 Questions From Readers
14 Ibibazo vy 'abasomyi
15 , 16 . ( a ) In what way could materialism become a snare for a Christian ?
15 , 16 . ( a ) Umukirisu yomenya gute ko yoba ariko aragwa mu mutego wo guhahamira amaronko ?
Pappas ) , 1 / 15
15 / 4
February 16 - 22 , 2009
16 - 22 Ruhuhuma
17 , 18 . ( a ) In addition to engaging in the disciple - making work , how may we share in the joy of giving ?
17 , 18 . ( a ) Turetse kuja mu gikorwa co guhindura abantu abigishwa , ni gute twoshobora kugira umunezero uva ku gutanga ?
October 19 - 25 , 2009
19 - 25 Gitugutu 2009
19 : 14 ; Prov .
19 : 14 ; Imig .
2 , 3 . ( a ) How do we know that Psalm 34 has prophetic significance ?
2 , 3 . ( a ) Tumenya gute ko Zaburi ya 34 iri n 'ico isobanura mu buryo bw 'ubuhanuzi ?
2 : 32 , 39 - In what way was the kingdom of silver inferior to the head of gold , and how was the kingdom of copper inferior to that of silver ?
2 : 32 , 39 - Ni mu buryo ki ubwami bugereranywa n 'igice kigizwe n 'ifeza butari bukomeye nk 'ubugereranywa n 'umutwe w 'inzahabu , kandi ni gute ubwami bugereranywa n 'igice kigizwe n 'umuringa butari bukomeye nk 'ubugereranywa n 'igice c 'ifeza ?
2 SAMUEL 12 : 1 - 14
2 SAMWELI 12 : 1 - 14
22 ' Miraculous Healing ' Today - Is It From God ?
22 Ivyitwa ngo ni ugukiza ku gitangaro bigirwa muri iki gihe vyoba biva ku Mana ?
Jerusalem was the capital of the southern kingdom , and Samaria was the capital of the northern .
28 ] Ibishusho amahero bimeze nk 'impfizi z 'inka zifise amababa be n 'umutwe nk 'uw 'umuntu wasanga biri ku birimba vy 'abami b 'Abashuri [ Ifoto ku rup . 29 ]
31 Draw Close to God - " Jehovah Is My Shepherd "
31 Niwiyegereze Imana - " Yehova ni Umwungere wanje "
4 , 5 . ( a ) Why is caution advisable when considering marriage ?
4 , 5 . ( a ) Ni kubera iki umwigeme akwiye kwiyubara igihe agomba kwubaka urwiwe ?
4 : 1 ; 6 : 5 - Why is the maiden 's hair compared to " a drove of goats " ?
4 : 1 ; 6 : 5 - Ni kubera iki imishatsi y 'uwo mwigeme igereranywa n ' " umukuku w 'impene " ?
vs 5 - 8 - What is significant about the comparison of Edom 's destruction to the coming of despoilers by night and of grape gatherers ?
5 - 8 - Kuba ugusangangurwa kwa Edomu kugereranywa n 'ukuza kw 'abambuzi mw 'ijoro be n 'ukw 'abamuzi b 'inzabibu , bitekeye iyihe nsobanuro ?
6 , 7 . ( a ) How does Paul describe the molding of spiritual Israel ?
6 , 7 . ( a ) Paulo adondora gute ibumbwa rya Isirayeli yo mu buryo bw 'impwemu ?
6 Myth 3 : All Good People Go to Heaven
6 Ikintu ca 3 : Abantu beza bose baja mw 'ijuru
End of preview. Expand in Data Studio

English-Rundi Parallel Dataset

This dataset contains parallel sentences in English and Rundi (Burundi).

Dataset Information

  • Language Pair: English ↔ Rundi
  • Language Code: run
  • Country: Burundi
  • Original Source: OPUS MT560 Dataset

Dataset Structure

The dataset contains parallel sentences that can be used for:

  • Machine translation training
  • Cross-lingual NLP tasks
  • Language model fine-tuning

Citation

If you use this dataset, please cite the citation guide of the original OPUS MT560 dataset.

License

This dataset is released under the Creative Commons Attribution 4.0 International License.

Downloads last month
16

Collection including michsethowusu/english-rundi_sentence-pairs_mt560