Dataset Viewer
Auto-converted to Parquet
Rundi
stringlengths
5
496
emotion
stringclasses
7 values
Yavuze ati: "Data, nimba ubishaka, igizayo iki gikombe kimveko.
anger
Abantu bimana Zakat, Imana yabateguriye ibihano bihambaye.
neutral
'Ntimuzi umusi Umukama wanyu azozirako.' - MAT.
fear
Abigishwa bavuga bati: "Indwi, hamwe n'udufi dukeyi."
neutral
Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu."
neutral
kubera iyo mpamvu, baba abahakanyi kubera kuvuga bati: abamarayika ni
neutral
Araheza wa muhungu abarira se ati: 'Dawe, naracumuye ku Wo mw'ijuru nongera ngucumurako, singikwiye kwitwa umwana wawe.'
disgust
Nkakurenza amataba,
neutral
Yezu yariko arasenga, ahanga ijuru ati: "Dawe, ubutigu burageze: ninahaza Umwana wawe, Umwana wawe na we abone kukuninahaza yongere ahe ubuzima budahera abo wamuhaye bose kubera ububasha wamuhaye ku citwa ikiremwa cose.
neutral
nabo, kandi barahakanye Imana n'Intumwa
sadness
Bukeye mu gitondo barahamagarana.
neutral
Hari aho umwe muri mwebwe yoba atazi kubabarira mugenziwe canke ugasanga iyo ngorane muyifise mwempi.
neutral
wanyu mwicishije bugufi kandi mu ibanga, kuko Imana idakunda abarengera"
anger
No kuba mw'Iyi si y'Imibabaro,
disgust
Yemwe bantu banje, ababarongora, barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo.
neutral
Ariko ntiyagiraniye ubucuti somambike na Yehova canke ngo agire icipfuzo gikomeye co kumuhimbara.
disgust
Icigwa rero kiratomoye: Ntukwiye 'gutinya' wiyumvira ko Imana itakubona.
fear
Witwararike kubwira inkuru nziza uwuharyama wese imbere y'uko agenda."
neutral
Nuce wiha ishusho rero ukuntu abamarayika basemerera bakubwira bati: "Ntiwemere ibinyoma vya Shetani!"
fear
Tuzogirira iki mushiki wacu umusi azosabwa?"
fear
Birahambaye ko umenya ico kintu kubera yuko hari ibintu bikomeye Imana yavuze vyerekeye kazoza ka vuba bitazobura kugira ico bihinduye kuri wewe.
neutral
Yaciye ababaza ati: "Kubera iki mwijiriwe mu maso uno musi?"
sadness
Niwibaze uti: 'Ubwo Imana ntiyoba iriko irabakoresha kugira ngo inyiyegereze?'
neutral
Inyifato yo kwigumya no kubika mu nda gushika umusi bizosambuka bikaja ahabona;
disgust
None mwebwe ntimuzirusha agaciro?"
anger
Abo bazorekurwa umusi ubutungane butazoba bukiri mukwaha bwabo basuma!
disgust
Ku bw'ivyo, ntidukwiye none kumushemeza mu masengesho yacu "incuro indwi ku musi," ni ukuvuga kenshi cane?
neutral
Maze atangura kubwira abantu biwe ati: 'Ehe raba!
fear
Abantu boshobora kutubwira bati: "Reka twiryohere.
joy
Kuko ukuboko kwawe kwandemēra umurango n'ijoro."
fear
Jewe ko ndi umukunzi wawe, sindakurutira abana icumi?"
disgust
Tukeran sama punyamu ya.
neutral
Nta gukeka ko bigishije umuhungu wabo Samusoni itegeko ry'Imana kandi biboneka ko utwigoro twabo tutabaye impfagusa.
neutral
Egome, abansi b'umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite."
anger
Canke uwavyawe n'umugore, vyoshobka bite ko aba umugororotsi?
neutral
Elize abibonye, arasemerera ati: "Yewe ga dawe we, yewe ga dawe we!
anger
Abantu benshi barasenga mwene abo beranda be n'abamarayika, bizigiye ko babasabira ku Mana.
neutral
Ubuzima bwoshobora gusa n'aho ari urukurikirane rw'imisi y'umwiza. - Umus.
fear
Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, rimbura akarorero ka Musa.
neutral
"Ariko si umukinyi wanje, ari muri Manchester.
neutral
Eka kafirfiri kadogo kwa hio mutura bro
disgust
buyosaba obuyosaba buyosaba abuyusaba obungeyusaba bungeyusaba
fear
Yezu yaramaranye umwanya n'abayoboke biwe, arabigisha ingene Imana ibona ibintu.
neutral
Ati nutakora neza icaha kibunze kurugi kandi niwewe kirondera.
disgust
umuntu we abaye iki ngo umwibuke,
neutral
Mugabo ubu turemerewe kubwira abandi imihezagiro abasavyi b'Imana bifitiye muri iki gihe.
anger
Abazoja mw'ijuru si bo bonyene bahabwa impera.
neutral
Ico canditswe kivuga giti: "Imana ubwayo izobana na bo.
neutral
Nikodemo aramubaza, at'Umuntu ashobora ate kuvyarwa ashaje?
surprise
Naho manu yari ingabirano iva ku Mana, ntiyashoboye gutanga ubuzima budahera.
disgust
Wewe ufise amajambo y'ubuzima budahera."
neutral
Ntiwigere wibagira ko yatanze Umwana wiwe ku bwa bose, harimwo n'umwana wawe.
neutral
Egome, umuntu arashobora kugirira ubushangashirwe Imana mu mutima wiwe.
anger
" Ibimenyetso bizoranga abazoba bemeye nivyo vy'ibi: Kw'izina ryanje bazokwirukana amashetani....
neutral
Dawidi yanditse ati: "Ni nde yoduga ku musozi wa Yehova, kandi ni nde yohagarara ahantu heranda hiwe?"
neutral
ni we afatanya ibintu vyose, akamenya ibivugwa vyose.
neutral
Nowa yaraburiye abantu ku bijanye n'Isegenya ryagira rize, mugabo ntibumvirije.
neutral
Ko werekanye ko uri umwizigirwa mu kintu gitoyi cane, nugire ububasha ku bisagara cumi.'
neutral
Ni koko bazovuga ivy'i Siyoni bati: aba n'aba niho bavukiye.
neutral
Ico bemera gusa nuko ngo boba bararashe urusasu rumwe mu kirere mu ntumbero y'ukugabisha abo bariko baraca mu kinyegero.
neutral
Umugororotsi awirukiramwo agakingirwa."
neutral
Erizooba oburuuru nibutweerwa omuri Ntungamo kokutorana omujwekyerwa omwishengyero ahabwa ishaza rya Ruhaama.
neutral
"Turi ibihimba vya bagenzi bacu." - EF.
neutral
ni Wewe Rudasumbwa ugenza vyose;
neutral
Umwe amuronka uko ashaka,
neutral
Benshi rero baramwemera.
neutral
Raba, Yohani Batista yaje ata mukate arya, ata mvinyu anywa; none muvuga muti: arimwo ishetani.
disgust
Shetani ariko ararushiriza kugaba ibitero ku basavyi b'Imana.
disgust
Yongeyeko ati: "Ukuboko kwawe kurakomeye, ukuryo kwawe gushizwe hejuru."
neutral
Ariko rero, nari niyemeje kubaho mpimbara Imana.
joy
Aguma asenga Imana yiwe gatatu ku musi.'
neutral
Ariko iyo utavyizeye ,ugwa mu mutego kubera kutumvira.Benshi bizeye ,babiharuweko nk'ubuhizi.
neutral
mu gitondo bamera nk'ivyatsi bikura,
fear
Raba ivyo abantu bo mu bwami bwo mu buraruko bwo muri Isirayeli ya kera bariko barakora.
neutral
None mwe muterekera impiri muyita imandwa mwibazako abamaze kuzira ubusa banganiki?
neutral
Yavuze ati: "Twarabuze inzu yacu n'abo mu muryango wacu nka bose."
sadness
Bazoyaga ubuninahazwa bw'ingoma yawe, bongere bavuge ubushobozi bwawe, kugira abana b'abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy'inkomezi, be n'ubuninahazwa bw'ubwiza bwakaka bw'ingoma yiwe."
joy
Oyaye; bwarashitse ku ntumbero bwari bufise yo gutanga imburi.
neutral
Bompi barateye akagere ubuyobozi bahawe na Se wabo abakunda.
disgust
Yozefu arabamenya, ariko bo ntibamumenya.
surprise
Mariya ati: 'Ivyo bishoboka bite?
surprise
Zihamagara izazo,
neutral
Woba ushobora kwiha ishusho uriko urungukira ku vyo Imana isezerana?
joy
Umwami Dawidi yanditse ati: "Amakosa yanje yarenze umutwe wanje; nka kurya kw'umutwaro uremereye, arandemereye birenze."
disgust
Intumwa zari zamye ziraharira ku bijanye n'umukuru uwo ari we hagati yabo.
neutral
Vyaramfasha guhangana n'umusi ukurikira." - Marilyn.
fear
kadranwa to ajabkhera
neutral
Icaha nico kibera aba kristo intambamyi ariko benshi ntibabimenye.
neutral
Ubwo hariya hantu mwakuye amazi hehe ko nziko nta mazi ahaba wana?"
neutral
Ni ukuri, uyu musi urandutira iyindi yose !
joy
kuko ari Wewe musa nizeye.
neutral
Dukwiye gucudika n'abakora ivyo Imana igomba.
neutral
Nzorangura indagano zanje imbere y'abamwubaha,
fear
Maze, Aburahamu arapfukama, arunama, aratwenga, yibwira mu mutima ati: "None se, umwana yovyarwa n'umutama amaze imyaka ijana?
disgust
Umukama Imana yaranzibuye ugutwi, nanje sinagambaraye, canke ngo niyonjorore.
fear
Abuneri na we avuga ati: "Ndahiye ukubaho kwawe mwami, sindabizi namba!"
neutral
Ni bande bazozurwa mu nyuma?
neutral
Abapfa ari abizigirwa imbere y'uko ya makuba akomeye atangura, ico gihe baba bashizweko ikidodo ca nyuma.
neutral
None ar'Imana, ari n'abo bantu bihaye ikibanza c'Imana, ukuri n'ukuhe?
surprise
Uwo mupfakazi yari yararonkeje uwo muhanuzi ivyo akeneye yongera aragira ukwizera.
neutral
End of preview. Expand in Data Studio

Rundi Emotion Analysis Corpus

Dataset Description

This dataset contains emotion-labeled text data in Rundi for emotion classification (joy, sadness, anger, fear, surprise, disgust, neutral). Emotions were extracted and processed from the English meanings of the sentences using the model j-hartmann/emotion-english-distilroberta-base. The dataset is part of a larger collection of African language emotion analysis resources.

Dataset Statistics

  • Total samples: 372,664
  • Joy: 33486 (9.0%)
  • Sadness: 26305 (7.1%)
  • Anger: 21364 (5.7%)
  • Fear: 17917 (4.8%)
  • Surprise: 19795 (5.3%)
  • Disgust: 31325 (8.4%)
  • Neutral: 222472 (59.7%)

Dataset Structure

Data Fields

  • Text Column: Contains the original text in Rundi
  • emotion: Emotion label (joy, sadness, anger, fear, surprise, disgust, neutral)

Data Splits

This dataset contains a single split with all the processed data.

Data Processing

The emotion labels were generated using:

  • Model: j-hartmann/emotion-english-distilroberta-base
  • Processing: Batch processing with optimization for efficiency
  • Deduplication: Duplicate entries were removed based on text content

Usage

from datasets import load_dataset

# Load the dataset
dataset = load_dataset("michsethowusu/rundi-emotions-corpus")

# Access the data
print(dataset['train'][0])

Citation

If you use this dataset in your research, please cite:

@dataset{rundi_emotions_corpus,
  title={Rundi Emotions Corpus},
  author={Mich-Seth Owusu},
  year={2025},
  url={https://huggingface.co/datasets/michsethowusu/rundi-emotions-corpus}
}

License

This dataset is released under the MIT License.

Contact

For questions or issues regarding this dataset, please open an issue on the dataset repository.

Dataset Creation

Date: 2025-07-04 Processing Pipeline: Automated emotion analysis using HuggingFace Transformers Quality Control: Deduplication and batch processing optimizations applied

Downloads last month
112

Collection including michsethowusu/rundi-emotions-corpus