Rundi
stringlengths 5
496
| emotion
stringclasses 7
values |
---|---|
Paulo yavuze ati: "Dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose."
|
neutral
|
Yamiza ijisho ku bamwubaha, kandi arazi utwo abantu bigira twose.
|
fear
|
bwa gisagara giteranijwe kidatagaguje,
|
neutral
|
Aha rero akagira ati: "Barabapimye kabiri kose, ariko ntibigeze babaha n'ikinini na kimwe."
|
disgust
|
Icubahiro kibe iciwe ubu no gushitsa umusi utagira iherezo.
|
joy
|
N'igihe yabwira Mariya na Yozefu ati: "Mwandonderera iki ?
|
fear
|
Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe.
|
neutral
|
Ku bijanye n' "umutware w'iyi si" ari we Shetani wa Mubesheranyi, Yezu asezerana ko "agira atabwe hanze."
|
disgust
|
Ihanga rya Isirayeli ryama rironka ingabisho biciye ku bahanuzi b'Imana.
|
neutral
|
Nyugururire ibirimba vy'ubutungane,
|
neutral
|
Hoba hari ikibanza mu nzu ya so tworaramwo?"
|
neutral
|
Niwemere udakeka rero yuko abamarayika bakwitwararika ku giti cawe.
|
neutral
|
Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa."
|
fear
|
Yemwe bantu banje, ababayobora barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo.
|
fear
|
Uyo Yezu ni we Imana yasubije muzima, twese ni co twiboneye."
|
neutral
|
Uwumaze gutanga igiturire nawe arazi uwo yagihaye n'ico yarondera.
|
neutral
|
Yaciye avuga ati: "Tabita, haguruka!"
|
neutral
|
Qor'an: "Abo ni babandi basaba bashaka uwabageza kwa Nyagasani wabo,
|
neutral
|
Ni yanyica, tube abaja banyu.
|
anger
|
Ni vyiza kandi yuko dusengera Imana ku misozi miremire no mu myonga n'amasumo yose akabimenya.
|
neutral
|
Boba bazi uruzobahitana, uwo munsi wabo boba bawuzi ?
|
neutral
|
Na Abubakari Akida,MOHA.
|
neutral
|
None ivyo si vyo dukwiye kwitega ku gitabu kiva ku Mana?
|
surprise
|
Suke ndaba yozo-yozo,
|
neutral
|
Imana imuhe impera ikwiranye nivyo yakoze.
|
neutral
|
Ikiyaga Gitukura cari imbere yabo, Abanyamisiri na bo bari bazananye inyuma.
|
fear
|
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose
|
neutral
|
nimufire tumufire umufire mmufire amufire wamufire umufire imufire limufire yamufire kimufire vimufire imufire zimufire umufire kumufire pamufire mumufire
|
anger
|
Umugore wiwe abibonye, mwa bantu mwe,
|
disgust
|
Ngo agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona,
|
disgust
|
Nipfuza ko wogira umunezero mu buzima kubera ko uri Icabona canje!"
|
joy
|
"Ntimufate inama za kiganga zivuye kuri Trump."
|
fear
|
Yavuze ati: "Haba namba ntimuzopfa."
|
neutral
|
Ivyo uvuga vyose ndabigukorera, kuko bose mu gisagara c'abantu banje bazi yuko uri umugore w'agahebuza."
|
neutral
|
Ikibabaje, hari abamarayika benshi bagararije Imana.
|
sadness
|
"Nja kuri Internet igihe gusa abandi ari ho bari"
|
neutral
|
Ntakindi cabatumye bizera ataruko bishikiyeyo, kandi biboneye namaso yuko yazutse mu bapfuye.
|
neutral
|
Ubu ariko arakoresha abasavyi biwe kugira atume ubumenyi nyakuri bukwira kw'isi yose.
|
disgust
|
Ntanumwe azorusimba bose ni mu kuzimu.
|
anger
|
Nyugururira ibirimba vy'ubutungane,
|
neutral
|
"Nimba umuntu abayeho . . . imyaka myinshi, nayinezerwemwo yose." - UMUS.
|
neutral
|
Ryari ryo rya mbere ntahura inyiyumvo z'umukobwa wanje.
|
neutral
|
"Uzogandarira Sauli gushika ryari?"
|
sadness
|
Mireille: Mu vy'ukuri, ntidushobora kumenya neza na neza ingene Imana yumvise imerewe kuri uwo musi.
|
neutral
|
"Yemwe abemeye ntimwemerewe kuzungura abagore ku gahato..."
|
neutral
|
Yamara, hari abovuga bati: 'Yezu mu buzima bwiwe yagize uturanga tubiri.
|
neutral
|
Ivyo wovuga: Uyu Munara w'Inderetsi urasigura ingene Imana izoshitsa uyu muhango n'ingene ushobora kuvyungukirako.
|
neutral
|
Umurongo ugororotse uberamiye iburyo.
|
neutral
|
Uno akwukwo di ichi na iche,
|
neutral
|
Karangura ni ibindi bice bibiri dusanga mu vyanditswe.
|
neutral
|
Ese ukuntu bihimbaye kwikoraniriza hamwe na bo.
|
joy
|
Naho bagenda batsitagurika, ntibatahuye ko ijoro ryashitse.
|
fear
|
Bwa Mutwe w'ishengero, arabandanya kudufasha kumenyekanisha izina be n'umugambi vya Se.
|
neutral
|
Imana Irakubona Abo Sibo Bakuremye .
|
neutral
|
Umumarayika w'Uhoraho aramubaza at'ukubitiye iki iyo ndogoba yawe gatatu kose?
|
surprise
|
Ngo uwuzokwishira hejuru azocishwa bugufi.
|
sadness
|
Tumushira mu bandi, turamurera arakura.
|
neutral
|
Imana mvuga ntabwo ari Kagamé mumbabarire, imana mvuga ni OMUKAMA wetu.
|
sadness
|
Zwe na pfi ni zwi thetshelese,
|
anger
|
Yavuze ati: "Nk'uko Data yanyigishije ni ko mvuga."
|
neutral
|
Ababwira ahezagirika ati: "Bakuye Umukama mu mva, kandi ntituzi aho bamushize."
|
disgust
|
Mu vy'ukuri, "ubugororotsi ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga."
|
neutral
|
N'uzo-Gi di warara;
|
sadness
|
Rimbura mike gusa mu mihezagiro ibarindiriye igihe Ubwami bw'Imana buzoba buganza.
|
neutral
|
Petero yishura ati: "Mukama, tuje kwa nde?
|
fear
|
Tumuravye tukamukurikira, dushobora kuronka ubuzima budahera.
|
neutral
|
Ryusuke Yamashita,
|
neutral
|
Mugabo nk'uko vyagendeye Yuda Isikariyoti, umuntu arashobora gutakaza ubwo bucuti bw'agaciro.
|
sadness
|
Danburan Nuhu Abubakar,
|
disgust
|
Nta jambo na rimwe muri yo ritashitse."
|
neutral
|
Ku musi w'intangamarara wayo, ni ho muzotumirwa mw'ikoraniro ryeranda; ntihagire ibikenurwa muzokora kuri uwo musi.
|
neutral
|
Ata gukeka, Umwe afise ububasha be n'ubukerebutsi bwo kurema ijuru n'isi, ni we yahaye Musa ubumenyi nk'ubwo buhanitse.
|
sadness
|
Ni ibiki bishika ku Musozi Hori, kandi ni nde aca aba umuherezi mukuru w'Abisirayeli?
|
neutral
|
Yavuze ati: "Ni nde yahinduye aka gapapuro?
|
surprise
|
Arateba aravuga ati: 'Ni jewe Yozefu.
|
anger
|
Gutyo, uzotuma uwo mwubakanye arushiriza kworoherwa no kugutega yompi.
|
neutral
|
Yamubonye nk'Umukama n'Umukiza wiwe aho kumubona gusa nk'umwana wiwe.
|
neutral
|
Dusenga Imana yumva, Imana yishura kandi Imana ikora ibitangaza, igatabara abayitakambira ijoro n'umurango bose.
|
neutral
|
Canke vyobazwa abamugambaniye kugeza bamushikije ikuzimu.
|
disgust
|
Nugerageze iki kintu: Nusenge Imana uno musi nyene.
|
neutral
|
akabona ukwezi n'inyenyeri wamanitseyo,
|
neutral
|
oyijire mihûnge nsobekanyè, egere mw'ezo mburungusè.
|
neutral
|
Abandi babigira mu gihe c'akaruhuko ka sasita.
|
neutral
|
None subira ungirire ikigongwe, umusi nzopfa mbone urubanza runkiza, noye gutabwa mu muriro udahera.
|
neutral
|
gabi na kasi, hehe..
|
neutral
|
Bavuze bati: "Umuhanuzi akomeye yahagurukijwe muri twebwe."
|
joy
|
Nijoro nateze amaboko kandi ntiyaguye ikinya;
|
sadness
|
a Zhezu wì si janwa wi yeri,
|
neutral
|
"Muhava muvuga muti: tuzorya iki mu mwaka ugira inddwi ko tutazotera imbuto canke ngo dushwabure ivyimburwa vyacu?
|
disgust
|
Kuva mu buto bwawe, wamye umenya Ibitabu vyeranda.
|
neutral
|
Ni nde yodukiza mu kudukura mu maboko y'iyo Mana ihambaye?
|
neutral
|
we avuga ati: (Yewe ntumwa y'Imana yariye
|
disgust
|
None ko tutiremye n'inde yaturemye?
|
surprise
|
Uzoba ushashaye igikorwa c'amaboko yawe."
|
sadness
|
Yaciye avuga ati: "Bagupfunze kubera utica abantu.
|
anger
|
Abo bavuga ivyo bishakiye ngo nkurunziza mbega nkurunziza ntibaziko imana asenga ariyukuri?
|
neutral
|
Tumenya gute ko Yezu vuba agiye kuza gucira urubanza amahanga?
|
neutral
|
Ico umubariye kiguma hagati yawe n'Imana.
|
neutral
|
Yamara, yari umwamamaji aroranirwa vy'ukuri.
|
neutral
|
Kandi Imana iramutabara mugihe aterewe mugwobo rw'intambwe.
|
neutral
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.