Rundi
stringlengths 5
496
| emotion
stringclasses 7
values |
---|---|
Nkuko twari twabibemereye ko tuzogaruka ku musi w'ishirwa ahabona ry'iyo...
|
neutral
|
"Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu ndongozi z'abantu; nta muntu ashobora kubakiza.
|
fear
|
Ikibabaje ni uko batabandanije kuba abagenzi b'Imana.
|
sadness
|
ku bazigama isezerano ryiwe n'amabwirizwa yiwe.
|
neutral
|
Iyaguhanze nibo yatoye
|
neutral
|
Mwibuke ko Napfiriye umwe umwe wese muri mwebwe ngo Ndabakize.
|
neutral
|
Mu mahanga yose uwubaha Imana Iramwemera...
|
neutral
|
Ariko rero, dutegerezwa kwibuka ko igihe Shetani yirukanwa mw'ijuru, yari azi ko afise igihe gito.
|
neutral
|
ci jwatogi woko i kom got, bibedo ki yomcwiny!
|
joy
|
Abo bamarayika bagambaraye baciye basanga ivyabo vyifashe mu buryo butandukanye cane n'uko vyari vyifashe igihe batari bwagambarare.
|
neutral
|
"Sinigeze niyumvira ko umukenyezi ashobora kugira amahera yiwe.
|
surprise
|
Twarabahinyuye muri ba ntahompagaze imbere y'inda zanyu nayo ivy'igihugu birabaroka.
|
neutral
|
"Dufashijwe n'umuhungu wanje, twarashoboye kumushikana hano."
|
neutral
|
-Iwanyu niwe wishe Ndadaye!Ushaka ibimenyetso?
|
neutral
|
Ariko vyasa n'uko ata wushaka kuyishira mu rurimi rwo muri Irlande.
|
neutral
|
Imana ikwongerereze intege n'inguvu pour tenir jusqu'au bout.
|
neutral
|
Vya akhera na duniya
|
neutral
|
Murafise koko ibintu abantu bakeneye."
|
neutral
|
Imana yabwiye Musa iti: "Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho."
|
disgust
|
Igihe cose muzokinywa, murabigire munyibuka."
|
disgust
|
Dore Ibintu Utashobora Mubuzima;
|
sadness
|
mu gitondo bakamera nk'ivyatsi bikura,
|
fear
|
N'abatari abaKristu bo nyene ubwabo bazotahura ukuri ko Ndiho.
|
neutral
|
Nigo aboretie iga: Inee, Imobwate Ebitabu Birikire Amang'ana Aya?
|
neutral
|
Wipfuza ko abana bawe biyumva nk'umwanditsi w'amazaburi, uwanditse ati: "Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye, kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe."
|
joy
|
Rutuku imutabarukana ku muheto.
|
neutral
|
Watuzanye aha ngo utwicishe inyota, twebwe, abana n'ibitungwa vyacu ? "
|
anger
|
Amajambo yiwe yarashika ku muzi w'ibibazo, bikanashika ku mitima y'abamwumviriza.
|
neutral
|
Ngomba kubona ishuli ryanyu rishasha.
|
joy
|
wageneye imiryango yose.
|
neutral
|
Canke, mbega botwumvisha ivya mbere?
|
neutral
|
'Nayo mwebwe abavuga ngo: "Ni nde azomanuka kudutera?
|
fear
|
Igikorwa Adamu yashinzwe kizoba carangutse atakigizemwo uruhara.
|
sadness
|
Bukeye babona irindi,
|
neutral
|
AbaKristu n'Abayahudi nibo bazotumwa urutoki bongere bazire urwanko vyongeye bazohamwa kubera ukwemera kwabo.
|
disgust
|
Abantu bizera Imana ntibakwiye guhagarika umutima kuko umugambi w'Imana ari mwiza kuri bo.
|
fear
|
Canke murabareka ngo ntimukibakonya ?
|
neutral
|
Nimba ari ukwo biri, urafise itunga ry'agaciro, na ryo akaba ari ubugenzi ufitaniye n'Imana.
|
neutral
|
Abariise bur' izooba,
|
neutral
|
Mbega urafise muri wewe umutima w'ubaha Imana?urarondera Imana?
|
neutral
|
(Raba kandi ikiganiro kivuga ngo "Ico nahisemwo nkiri umwana" kiri muri iyi nomero.)
|
neutral
|
Nta buryo na bumwe buriho bwiza kuruta canke buhambaye kuruta woshobora gukoreshamwo ububasha bwawe.
|
neutral
|
Ariko ub'ufise impamvu ugenda
|
neutral
|
Inyigisho nazo zabo zikaba zivuga ko:"Ata Mana Ikwiye Gusengwa vy'ukuri atari ALLAH kandi ko MUHAMADI ari Intumwa y'Imana."
|
neutral
|
Yozefu akibabona yaciye abamenya, ariko bobo ntibamumenye.
|
surprise
|
Vyongeye, nimba yarakoze ibicumuro azobabarirwa."
|
neutral
|
Nzoshira urwanko hagati yawe n'umugore,
|
anger
|
Ntiwashimye amashikanwa aturiwe uko yakabaye be n'amashikanwa y'igicumuro."
|
disgust
|
Ewe Mana yanje, wanyigishije nkiri muto,
|
surprise
|
Kunda Wakire mu Mushaha Wawe Wuzuye Ikigongwe imitima yabo batemera Imana hamwe nabo batarakumenya.
|
sadness
|
Naciye mbona neza na neza ico yashaka." - Vyavuzwe na DYLAN.
|
neutral
|
Nuce rero utegekanya gukora ibimuhimbara.
|
neutral
|
Igihe cose muzokinywa murabigira munyibuka."
|
disgust
|
"Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu!" - ZAB.
|
neutral
|
None muzogira mute kw'iherezo ryavyo?"
|
anger
|
Bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona kugira ngo abakoze ubwo bubisha babihanirwe. "
|
sadness
|
Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya."
|
neutral
|
Kuko yavuze iti: "Mu gihe kiroranye narakwumviye, ku musi w'ubukiriro naragufashije."
|
neutral
|
Agira ati: "Iki ni co gikorwa c'Imana: ni uko mwizera uwo Uyo yatumye."
|
neutral
|
Na bo baraduga mw'ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza.
|
anger
|
Ku coba tuk fahami,
|
neutral
|
Aba bantu bahora bavuga bati: Igihe co gusubira kwubaka Ingoro y'Umukama ntikirashika!"
|
neutral
|
"UMUTOYI azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye.
|
neutral
|
Abo Imana irabareka kugira ngo irabe yuko bokwikebuka mugabo umunsi ur'izina izobereka yuko bataye umwanya.
|
neutral
|
Wokora iki nimba mu muryango wanyu hari ingorane y'ururimi?
|
neutral
|
Turizigiye ko azobandanya kutwitwararika naho tutazi ingene azobigenza, igihe azobikora canke aho azobikorera." - Zab.
|
neutral
|
Ariko mweho abubaha izina ryanje izuba ry' ubugororotsi rizobarasira, rifise ugukiza mu mababa yaryo.
|
fear
|
Birya tubabwira tukabereka aho vyanditswe, birya Imana ibahishurira mw'Ijambo ryayo, ni birya nta bindi.
|
neutral
|
Ariko ico gihe yari yafashe ingingo yo kuvavanura n'iyo ngeso."
|
disgust
|
Aracashigikira abigana ukwizera kwa Samweli.
|
neutral
|
Bahamagara Loti bati " , Abagabo binjiye iwawe muri iri joro bari hwe ?
|
neutral
|
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima."
|
neutral
|
Bibiliya yishura iti: "Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose.
|
neutral
|
Tuguhay'umuvinyu, Mukama nyen'inganji;
|
sadness
|
Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero.
|
neutral
|
do wewe like mukuro? if wewe do, tell me kwa a comment.
|
neutral
|
None ni imisi ya nyuma y'iki?
|
neutral
|
nimeziona tumeziona umeziona mmeziona ameziona wameziona umeziona imeziona limeziona yameziona kimeziona vimeziona imeziona zimeziona umeziona kumeziona pameziona mumeziona
|
neutral
|
Yagutoranije ngo muri wewe bahaherebwe imigisha kandi ihashingirigwe intahe n'amashimwe.
|
neutral
|
Bakakigarura kandi gushika aho kimenyera hanyuma kikavyakira.
|
neutral
|
Kuko ubwiwe azi neza ingene tubumbwe, akibuka ko turi umukungugu."
|
neutral
|
Niki Imana iba ishaka kuvuga iyo ivuze ngo "Ntimukore ku bo nasīze"?
|
anger
|
Iyo agakiza k'abizera kataba ari ak'ibihe bidashira, ikimenyetso bashizweko nticoshitse ku musi wo gucungurwa, ahubwo cogarukiye ku musi bacumuriyeko, umusi basubiriyeko inyuma, canke umusi batizeye.
|
neutral
|
Ndahimbawe kubona ndi uwo mu zindi ntama." - Henry A. Cantwell.
|
joy
|
Yamara nta na kamwe muri two kibagirwa imbere y'Imana. . . .
|
neutral
|
Nya bamarayika baciye bafata ukuboko Loti n'umugore wiwe n'abakobwa biwe babiri, babajana hanze y'ico gisagara.
|
disgust
|
Ni mwanyica na ho, muzoba mwishe umuntu ata kibi yakoze.'
|
anger
|
-Ko kumuha iperereza ryo mu gihugu hagati koba ari agashimwe kaho yisubiyeko?
|
anger
|
Inzoka ica yishuyishu ra nya mukenyezi iti: Haba namba, ntimuzopfa!
|
neutral
|
Mfise imyaka icenda, umuryango wacu hamwe n'ibindi Vyabona vya Yehova amajana n'amajana b'Abanyamoldaviya twarangarijwe muri Siberiya.
|
sadness
|
ni Wewe uwufise amajambo y'ubuzima budahera.
|
neutral
|
Egome, hariho abamarayika babi.
|
disgust
|
nayo intungane izotungwa n'ukugumya ibanga."
|
neutral
|
, Ahira , Akira Fubuki
|
sadness
|
Ni ikintu gihambaye kuruta ibindi ikihe wokora ubu kugira ngo witegurire igitero ico ari co cose co muri kazoza kizogabwa ku basavyi b'Imana?
|
neutral
|
incabwenge na yo niyaba itojwe indero,
|
joy
|
Naho twabakumbura cane, twarahimbarwa n'uko bariko bakoresha ubuzima bwabo mu murimo w'igihe cose.
|
joy
|
Bashenye ijabiro rya Biyoro,
|
disgust
|
(S) Biraheza bibatera umwikomo mwinshi, batangura kumubaza umwe umwe ngo:
|
anger
|
Yemwe abemeye!
|
anger
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.